Abanyagwanda 222 barimo abana 149, abagore 58 n’abagabo 15 bahungutse bavuye mu bice bitandukanye vya RDC bakaba binjiriye kuri grande bariere bataha iwabo bakaba boherejwe i Rusizi mu nkambi yateganyijwe.
Bamwe mu bahunze igihugu mu 1994 baganiriye na Rwanda Tribune bayitangariza igitumye bahitamo gutahuka.
Umugabo twaganiriye yitwa Yohani Claude akaba yivugiyeko yahunze 1994 Bakaba batashe kubera kubaho Nabi ubuzima buzimvye akaba yatahanye umukobwa wiwe afise abana bato 2 n’umukobw w’imyaka 18 bose Bakaba bari bakeye mumaso bashima ko baja mu gihugu.
Bavuga ko babwigwa ko u Rwanda rutazobakira ariko Bakaba baryohewe kuko bakiwe neza mu mutekano ntangere bakaba bavuga ko bagiye gushishikariza n’abasigayeyo ngo batahuke kuko u Rwanda ari rwiza rufise amahoro n’umutekano bakava mu mashyamba no mu nkambi aho baruhijwe n’inzara.
Gusa nubwo bangana batyi biboneka ko umubare w’abagabo arimuto cane kuruta abahunguka b’abana n’abagore kuko abana hari nabaribafise imyaka 3, 5,10,kuzamuka ndetse n’impinja zihetswe.
Abatahutse bakiriwe n’indongozi z”Akarere ka Rubavu Nzabonimpa Deogratias Wungirije azejwe iterambere ry’ubukungu mu karere akaba yari kumwe n’abandi bayobozi batandukanye.
Imodoka ziherekejwe na HCR zikaba zibambujije isaha zitanu bagana mu nkambi y’agateganyo ya Nyarushishi iherereye i Rusizi.
Amos Twagiramungu
rwandatribune.rw