Impunzi z’Abarundi Zahungiye Muri  Tanzania Ziri mu Bwoba Budasanzwe

Florentine Icyitegetse
1 Min Read

Impunzi z, Abarundi zahungiye i Nduta muri Tanzaniya zirimubwo bwinshi bwogusubwizwa mugihugu cabo kumbaraga na leta ya Tanzania.

Kuruyumusi taliki ya 22/4/2026 igihe isaha zine (10h) muri Tanzania haje abasirikare benshi birara murizompunzi z’Abarundi ahozisanzwe zegeranirijwe, bafata imisore nabagabo batwagwa ahantu hatazwi.

Abashoboye kumenyekana banyurujwe bagera kuri 24, Rwanda Tribune yakurikiranye ivyayo makuru n’imlamvu yari kujanwa ahatazwi iza kumenya yamenye amazina ya bamwe mu banyurujwe.

Banyurujwe ni nka:
NDAGIJIMANA LONGIN, SHEN, MOISE, NDAYIKENGURUKIYE FIDELE, YAMUREMEMYE DENIS, MAXIMILIEN, PIYO, ABEL, BONGE, NIBIGIRA SEVERIN, NTAKABURIMVO ANICET, JAMES, WASAFI, EMMANUEL, CLAUDE, MICHEL, SUREYIMANI, HADRA, ARNAUD, SWINGI, MARSELO, EZECHIEL, INEZA MAXIME.

Gushika ubu izo mpunzi zose ntawuzi iyo zatwawe bigatuma izindi mpunzi zisigara mu bwoba budasanzwe.

Amakuru agera kuri Rwanda Tribune dukesha RPA avugako abayobozi ba Tanzaniya batangaje ko ibijyanye n’ibibazo by’izo mpunzi byabazwa igihugu cyabo ndetse na HCR ntaco yashatse kubivugaho.

Ivyo bikaba birikuba ku mpunzi z’Abarundi muri Tanzania akaba ariko biri no mu bihugu bindi bitandukanye nka:ZAMBIA, AFRIKA YEPFO, SUDANI YEPFO NDETSE NA GENÈVE.

 

AMOS TWAGIRAMUNGU

rwandatribune. rw

Share This Article
Leave a Comment

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *